UKO IMANA IBONA UBURUNDI/UMUVYURO KU GIHUGU C'UBURUNDI UZOBA UKU GUKIRIKIRA🇧🇮❤️
Iriba ryiza Iriba ryiza
31.1K subscribers
9,508 views
192

 Published On May 23, 2024

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

show more

Share/Embed