Kuki mugihuga cacu c' Uburundi dufise abantu bafisi impanto nyinshi ariko ntitubabone vyoroshe🫣😪
AKEJO MEDIA AKEJO MEDIA
541 subscribers
129 views
17

 Published On Sep 19, 2024

Ngaho rero Akejo Media turaje tubereke ivyari vyihishije 💥tubibashirire kumugaragaro💫 Wewe uriko uraba ino video nimba urumurundi ukunda igihuga cawe, ahuri hose turagusavye witegereze kino kiganiro cose uraza gutangara aho tubona umwigeme afise impano nkiyi🤔😴

show more

Share/Embed